Bagenzi, benewacu,
Ngiye muri runo rwandiko kubashikiriza intererano kuvyo nzi n’ivyambayeko muri ruriya rwimo rwa 1972 rwateye ku Bahutu bakagandagurwa isinzi abarokotse nabo benshi bagata igihugu cabo bakomokera mu mahanga.
Nitwa Amédée Nkeshimana Navutse muri 1958, nkaba maze gukwiza imyaka 55 n’uko mubibona. Mfise abana bane bakuze kuko ndamaze kugira n’abuzukuru. Nicaye mu Bubiligi aho nahingiye urwimo rw’inyuma y’igandagurwa rya Perezida Ndadaye muri 1993.
Ndi mwene Mukarabe Yozefu na (...)
2014-2021 © Collectif des Survivants et Victimes du Génocide des Hutus avant et après 1972 au Burundi - tous droits
copyright spip
SPIP 3.2.3 [24211]
copyright eva
version eva
derniere mise a jour : mardi 11 juin 2019