vous etes ici accueil > Ndibuka

Articles

  • TÉMOIGNAGE #13: Marcel-Magnus Kirigenda - Septembre 2014

    Nitwa KIRIGENDA Marcel-Magnus. Data yitwa KIRIGENDA Marcel hama mama ni NTIBIHINYURA Generose. Mu muryango turi batanu, abakobwa babiri(Kirigenda Madeleine et Kirigenda Consolatrice+) n’abahungu batatu(Kirigenda Jean Baptiste, Kirigenda Marcel-Magnus et Ntarugera Julien). Data yishwe 1972 n’abatutsi bariko bahonya abahutu kuva u Burundi buronka ukwikukira. Abahamwa kakanahirwa ka buhongo akab’ari abahutu cane cane bize n’abafise amatungo, abasoda n’abapolisi. Data KIRIGENDA Marcel, imbere ko (...)

Soutenir par un don