vous etes ici accueil > Kw’irembo

Articles

  • Itangazo - Avril 2015

    Requesting the United Nations and the Government of Burundi recognize the 1972 genocide against Hutu in order to achieve peace and reconciliation
    Press Conference New York, Saturday, May 2nd 2015 1 United Nations Plaza, New York, NY 10017, 9am-12pm

    Adam Clayton Powell Jr. State Office Building, 12pm-7pm 163 West 125th St. New York, NY 10027

  • Aho bigeze? - Novembre 2014

    [red]Abagira neza baturonkeye ikibanza muri ONU[/red]
    Fasha guterera uko ushoboye
    1. Rungika amazina y’abanyu bishwe mu 1972, na za témoignages zibara ingene batwawe/ bishwe canke batawe mu bipfuriro/imyobo
    2. Pétition des Survivants: Sinya Petition yo gusaba kwemeza Genocide yagiriwe Abahutu mu 1972
    3. anga intererano isabwe ($100) yo kumara urwo rubanza nyamukuru ruzodushikana ku biro vy’Inama Mpuzamakungu ONU.
    4. Votre présence à New York: Tumenyeshe kare ko uri mu (...)

  • Turi bande - Septembre 2014

    UGUSANGIRA IKIYAGO NI ISEMO. KWUMVIKANA NI UGUTERA INTAMBWE. GUSENYERA KU MUGOZI UMWE NI KWO GUTOZA IKIVI.
    Turi ikibiri c-Abarundi/kazi.
    Bamwe twacitse kw-icumu abandi turatotezwa mw-Ihonnyabwoko ry-Abahutu imbere y-umwaka wa 1972 n-inyuma yaho tuzira abaaharanira intwaro y-ivanguramoko ntutsi mu Burundi imbere ya 1972 n-inyuma yaaho.
    Dusenyera ku mugozi umwe kugira ngo duterere agacumu k-ubumwe mu mabanga yo gusubiza umutamana abaazize ubusa bose muri ico kiiza c-ihonnyabwoko. (...)

  • Inama Mpuzamakungu ya mbere kw’Ihonyabwoko bw’Abahutu b’i Burundi imbere n’inyuma ya 1972 kuwa 3 rusama 2014 i Montréal Canada - Septembre 2014

    Inama Mpuzamakungu ya mbere kw’Ihonyabwoko bw’Abahutu b’i Burundi imbere n’inyuma ya 1972 kuwa 3 rusama 2014 i Montréal Canada -
    Igice ca mbere
    Igice ca kabiri

Soutenir par un don