vous etes ici accueil > Inama mpuzabantu n’ikirangamisi

Articles

  • Imvo zitanu zisigura isango rya New York mu kwezi kwa Rusama 2015 - Octobre 2014

    Imvo zitanu zatumye twigira inama yo kuzoja kwibukira i New York abacu bagandaguwe mw’ihonyabwoko bw’Abahutu ryo mu 1972
    1. Kubera ko ari vyo twumvikanye mu nama Rusangi (AGA) yabaye kw-igenekerezo
    rya 04 Rusama 2014 i Montréal muri Canada. Iyindi mvo ni kubera ko New York
    ariho hari ibiro vy’Inama Mpuzamakungu (ONU).
    2. Kugira ngo twebwe nyene twishikire ku Biro vy’Inama Mpuzamakungu hanyuma
    dusemerere ivyahishijwe kw’ihonyabwoko bw’Abahutu ryo mu mwaka wa 1972 (...)

Soutenir par un don